Uko wahagera

Ambasaderi wa Amerika Yagendeye Ibitaro vya Gisirikare mu Kamenge


Anne Casper, ambassaderi aserukira Reta Zunze Ubumwe za Amerika mu Burundi yagendeye ibitaro vy'abasirikare mu Kamenge, mu ntumbero yo kwirabira ingene ivyo bitaro bikoresha imfashanyo zaronkejwe, zagenewe igisata c'abavyeyi, abana hamwe n'abagendana umugera wa Sida.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG