Uko wahagera

Australiya Yaburijemwo Igitero c'Iterabwoba


Abaporisi barondera uwukekwa gutegura igitero c'iterabwoba mu gisagara ca Melbourne muri Australiya.

Umugabo w’imyaka 20 akekwa kuba yariko arategura igitero c’iterabwoba mu gisagara ca Melbourne, mu bumanuko bwa Australiya mw’ijoro ry’umusi uhereza umwaka w’2017 yarafashwe. Ivyo vyashikirijwe n’igiporisi co muri reta ya Victoria kur’uyu wa kabiri.

Abategetsi ba Australiya, bamye bafise ubwoba bw’ibitero vy’iterabwoba, barafashe ingingo zo gucungera umutekano kuva mu mwaka w’2014.

Bemeza ko ibitero 13 vyaburijwemwo mur’iyo myaka iheze.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG