Mu Burundi, Kuki Bitangaza Yandikisha Amaguru?
Iremukwishaka Marie Jeannine, batazira Bitangaza, aba mu kigo c’abagendana ubumuga. N’umwana yavutse atagira amaboko akamugara amaguru ari nayo akoresha mukwandika. Ubu ageze mu mwaka wa gatandatu kw’ishule shingiro ya Kiganda ya II, mu ntara ya Muramvya. Abarezi biwe baremeza ko yagumye aronka amanota meza nkuko bavyiganiye ijwi ry’Amerika.
Facebook Forum