Uko wahagera

Abantu 11 Barapfuye mw'Isanganya y'Indege muri Tanzaniya


A man addresses protesters who have gathered near Yangon City Hall in Yangon, Myanmar, to protest against the military coup.
A man addresses protesters who have gathered near Yangon City Hall in Yangon, Myanmar, to protest against the military coup.

Abantu cumi n’umwe barapfuye kur’uyu wa gatatu mu buraruko bwa Tanzaniya mw’isanganya ry’indege yakorera mu gisata co kwunguruza bamukerarugendo.

Ikompanyi y’indege Coastal Aviation, isanzwe igira ingendo mu karere ka Afrika y’ubuseruko ivuga ko indege yayo yar’itwaye abantu 10 bose barapfuye hamwe n'umudereva wayo.

Ibiranga abapfuye bizotangazwa imiryango yabo imaze kubimenyeshwa, nkuko iyo kompanyi ivuga. Ivuga kandi ko mu bapfuye barimwo abanyamahanga hamwe n’Abatanzaniya bakora mu gisata ca ba mukerarugendo. Icatumye iyo ndege ikoroka ntikiramenyekana.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG