Uko wahagera

Umunyagihugu atanga umuyagankuba mu kwubaka ingomero ntonto


Umunyagihugu atanga umuyagankuba mu kwubaka ingomero ntonto
please wait

No media source currently available

0:00 0:04:30 0:00

Peres Niyonsaba, n'umugabo w'imyaka 38. Ijwi ry'Amerika ryamusanze ku rugomero rutanga umuyagankuba muri zone ya Nyabiraba, mu ntara ya Bujumbura. Imiryango ishika 200 ikaba yararonkejwe umuyagankuba, ibintu vyishimirwa n'abo twavuganye.Peres Niyonsaba yemeza ko igikorwa yihaye gisaba uburyo kugira akwiragiza umuyagankuba mu gihe hari imirimo myishi idakorwa atamuyagankuba.

XS
SM
MD
LG