Uko wahagera

Ubworozi bw'ingona n'ibindi bikoko vyo mw'ishamba.


Ubworozi bw'ingona n'ibindi bikoko vyo mw'ishamba.
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:04:56 0:00

Ngendera Albert n'umutama Ijwi Ry'amerika ryasanze muri zone ya Gatumba, muri komine ya Mutimbuzi, intara ya Bujumbura. N'umworozi w'ibikoko ahanini bigizwe n'ingona, igikoko gisanzwe gitinyitse.

XS
SM
MD
LG