Uko wahagera

Perezida Donald Trump na Shinzo Abe Bariko Bagaburira amafi


Mu rugendo rwiwe mu gihugu c'Ubuyapani kuri uno wa mbere, Perezida Donald Trump n'umushikiranganji wa mbere w'Ubuyapani Shinzo Abe, baragaburiye amafi ari mu ngoro ya leta yitwa "Akasaka Palace". Ni umugenzo wo kuva kera mu Buyapani,umutegetsi yakiriwe muri iyo ngoro, agenda agaburiye ayo mafi.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG