Uko wahagera

Urwaruka 900 Ruri I Arusha mu Nyigisho zo Gukunda Igihugu.


Burundi
Burundi

Urwaruka rurenga 900 ruturuka mu bihugu 15 harimwo ivyo muri Afrika y' ubuseruko ruriko rurahabwa inyigisho zo gukunda igihugu no kutagaya ubuzi butobuto, mu ntumbero yo kwirinda gukoreshwa n’abanyapolitike.

Izo nyigisho ziriko zibera I Arusha, zitangwa n'ishirahamwe mpuzamakungu UNESCO.

N’inkuru y’umumenyeshamakuru w’Ijwi rya Amerika, Pierre Claver Niyonkuru.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:07 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG