Uko wahagera

USA: Abantu 2 Bishwe mu Gitero muri Colorado


Isoko rya Walmart.

Abantu batari bake bataramenyekana igitigiri barashwe mw’isoko bita Walmart muri reta ya Colorado, mu burengero bwa Reta zunze ubumwe z’Amerika, aya makuru atangaza n’igiporisi co mu gisagara Thornton, mu karere ko mu gisagara ca Denver.

Imwe mu ma Televiziyo yo mur’ako karere imaze gutangaza ko abagabo babiri bapfuye, uwundi mukenyezi arakomereka.

Nta makuru arenze ayo turamenya, inkuru tubandanya dutohoza.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG