Uko wahagera

Abantu 8 Bishwe mu Gitero c'Iterabwoba i New York


Abantu umunani bapfuye abandi barenga cumi bakomereka ku muhingamo wo kur’uyu wa kabiri I Manhattan mu gisagara ca New York muri Reta zunze ubumwe z’Amerika.

Igiporisi c’i New York gitangaza ko ikamyo yiraye mu nzira y’abagendesha amakinga hafi y’ahari icibutso ca World Trade Center iseka abanyagihugu batari bake.

Ikinyamakuru The New York Times gitangaza ko iyo kamyo yagonze bus yunguruza abanyeshure

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG