Uko wahagera

Abageze mu zabukuru nta tegeko ribahariwe mu Burundi


Mu Burundi, nta mategeko kanuni agenga abantu bageze mu zabukuru ahari. Abatishoboye canke abadafise imiryango ibitaho bamaze gusaza bakirwa n'ibigo vy'abagira neza canke abihebeye Imana. Ijwi ry'Amerika ryaganiriye na Maître Cyrille Fresh Isirabahenda afise ikigo FASPAO

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG