Uko wahagera

Burundi: Abanyakayanza Basaba Inagurwa ry'Amakoperative


Abanyakayanza Bibuka imyaka 56 Rwagasore Agandaguwe
Abanyakayanza Bibuka imyaka 56 Rwagasore Agandaguwe

Abanyagihugu bo ku mutumba wa Gisara, komine Muhanga mu ntara ya Kayanza basaba abategetsi b'iyo ntara kunagura umugambi w'amakoperative wari washinzwe n'umuganwa Rudoviko Rwagasore.

Babishikirije kur'uyu wa gatanu, itariki ya 13 z'ukwezi kw'icumi, aho Uburundi bwibuka imyaka 56 iheze Rwagasore agandaguwe.

Aho kuri uyo mutumba, hari icibutso c'ahahoze ikirimba ca Rwagasore. Niho yarangurira amabanga yashinzwe n'umwami yo gutwara intara ya Butanyerera.

Ibindi kur'iyi nkuru Twumvirize umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika mu Buraruko bw'Uburundi, Jean Bosco Ndarurinze.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:09 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG