Uko wahagera

Iradiyo CCIB FM yo mu Burundi Yasabye Ikigongwe


Iradiyo CCIB FM Bujumbura

Urunani rw'amashirahamwe y'abagwizatunga n'ubudandaji CFCIB (Chambre Federale de Commerce et d'Indutsrie) rusanzwe arirwo nyene radiyo CCIB FM+ iherutse kugarwa, rusaba imbabazi ikigo CNC gicungera ingene ibinyamakuru bikora mu Burundi.

Umunyamabanga mukuru wa CFCIB Denis Nshimirimana yemeza kw' iyo radiyo yaciye kubiri n'umurongo ngenderwako wayo.

Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru i Bujumbura kur' uyu wa gatanu, umushingantahe Nshimirimana yasavye ikigongwe ikigo CNC.

Iyi nkuru yakurikiranwe n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eloge Willy Kaneza, ari i Bujumbura mu Burundi.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG