Umukuru wa Al-Qaïda mu karere k’Abarabu yarishwe mu gitero cakozwe n’indege ya drone y’Abanyamerika muri Yemeni nkuko amakuru ava mu bajejwe umutekano abivuga.
Chroum al-Sanaani yari ku pikipiki y’uwundi muntu atavuzwe izina igihe bicwa mu gace k’ahitwa Yakla, mu ntara ya Baïda.
Reta zunze ubumwe z’Amerika yarakomeje ibitero ku muhari Al-Qaïda, kuva aho Donald Trump ashikiye ku butegetsi mu kwezi kwa mbere umwaka wa 2017.
Facebook Forum