Uko wahagera

Uburundi Buvuga ko u Rwanda Rudabushakira Ineza


Abavugizi b'Inzego za reta y'Uburundi mu Kiganiro Bahaye Abanyagihugu
Abavugizi b'Inzego za reta y'Uburundi mu Kiganiro Bahaye Abanyagihugu

Reta y’Uburundi itangaza ko u Rwanda rubandanya kugaragaza ko rudashakira ineza Uburundi. Ivyo vyashikirijwe na Firipo Nzobonariba, umuvugizi wa reta y’Uburundi, mu kiganiro, abavugizi b’inzego za reta bashikirije abanyagihugu kur’uyu wa gatanu.

Ku kibazo c’amatohoza ku vyaha vyoba vyarakozwe mu Burundi, Nzobonariba avuga ko reta yiteguye kwakira abemeye gukorana nayo, abatavyemeye bakazofatwa nk’abaje gukora ivyegeranyo vy’ibinyoma.

Ido n’ido ry’ibindi vyashikirijwe mur’ico kiganiro, tubishikirizwa n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika i Ngozi Jean Bosco Ndarurinze.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:25 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG