Uko wahagera

UVIRA: Intambara Yatumye Imirimo Ihagarara


Imirimo yahagaze kuva mu gitondo c’uno wa kane mu gisagara ca Uvira mu ntara ya Kivu y’ubumanuko, muri repubulika iharanira demokarasi ya Kongo. Vyemezwa na bamwe mu barundi n’abakongomani, binjiye ku butaka bw’Uburundi baciye ku mupaka wa Gatumba.

Bagasigura ko vyaturutse ku ntambara ziriko zirahabera kuva kur’uyu wa gatatu. N’inkuru ya mugenzi wacu Evariste Nzikobanyanka.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:06 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG