Uko wahagera

Rwanda: Rwigara n'Umuryango wiwe Bari mu Minwe y'Igipolisi

Diane Rwigara
Diane Rwigara

Diane Rwigara, umwe mu bakuwe ku ntonde z’abahiganwa mu matora y’Umukuru w’Igihugu aheruka mu gihugu c’Urwanda, yafashwe n’abajejwe umutekano, we n’umuryango wiwe wose. Gushik’ubu incuti zivuga ko zitazi irengero ryabo. Gushik ubu abajewe intwaro, n'abajejwe umutekano ntaco barabivugako.

This item is part of
XS
SM
MD
LG