Uko wahagera

CAN-2019: Uburundi Bwirahiye Sudani y'Epfo


Urukino hagati y'Uburundi na Sudani y'Epfo, kuwa 10 Ukwezi kwa gatandatu 2017

Umurwi nserukira gihugu w’Uburundi Intamba m’urugamba kur’uyu wa gatandatu warirahiye umurwi wa Sudani y’Epfo m’ukuwutsinda 3-0 muri za nkino zo kurondera ibihugu bizohiganwa mu nkino za CAN-2019.

Iyindi mirwi yakinye kur’uyu wa gatandatu ni Afurika y’epfo yatsinze Nijeriya 2-0 m’umurwi E, ibitari bwigere bibaho haraheze imyaka 13.

Nayo m’umurwi H, Kote d’Ivuware yatsinzwe na Guinée 3 kuri 2.

M’umurwi B, Kameruni yatsinze Maroke 1 kuri Zero

Ng’uku uko izindi nkino zagenze:

K’Umusi wa gatanu

Sudani - Madagascar 1-3

Libiya - Seychelles 5-1

K’Umusi wa Gatandatu

Malawi - Comores 1-0

Burundi – Sudani y’epfo 3-0

Zambiya - Mozambike 0-1

Botswana - Mauritaniya 0-1

Kemeruni - Maroke 1-0

Nijeri - Swazilande 0-0

Nijeriya – Afurika y’Epfo 0-2

Guinée-Bissau - Namibiya 1-0

Sierra Leone - Kenya 2-1

Tanzaniya - Lesotho 1-1

RD Congo - Congo 3-1

Burkina Faso - Angola 3-1

Kote d’Ivuware - Guinée 2-3

Mali - Gabon 2-1

Cap Vert – Uganda rwungurujwe kur’uyu w’imana ku ngorane z’ubuhinga

Kur’uyu wa Mungu

Zimbabwe - Liberia

Rep. Centrafrika - Rwanda

Bénin - Gambiya

Ghana - Etiyopiya

Aljeriya - Togo

Tuniziya - Misiri

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG