Uko wahagera

Amerika Yakuye Ibigwanisho vyo Gusambura Misile muri Koreya y'Epfo


Ibigwanisho vya Ameirka muri Koreya y'Epfo
Ibigwanisho vya Ameirka muri Koreya y'Epfo

Umutegetsi mu biro vya Prezida wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika, yemeje ko Prezida Donald Trump, ari kumwe n’umushikiringanji ajejwe imigenderanire ya Amerika n’ayandi makungu hamwe n’uwumutekano baganiriye ku bijanye no guhagarika ibirwanisho vya Amerika vyo gutangira misile balistique, biri muri Koreya y’Epfo.

Ivyo varatangajwe kandi na Koreya y’Epfo, kur’uyu wa gatatu. Abategetsi ba Amerika na Koreya y’Epfo bamenyesha ko bumvikanye kutazosubira kur’iyo ngingo.

K'umunsi wa kane, Koreya ya Ruguru yarakoze ibitero bitari bike vya misile balistike. Ivyo bitero bikaba vyari bifise intumbero yo gutera ubwato bw’ingwano bushobora kuba burungitswe n’abansi ba Koreya ya Ruguru.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG