Uko wahagera

Kameruni:Abantu Bashika 7 Baguye mu Bitero vy'Abiyahuzi


Amafoto ya kera yerekana abajejwe umutekano muri Kameruni batwara ibiziga vy'abahitanwe n'ibitero vy'abiyahuzi
Amafoto ya kera yerekana abajejwe umutekano muri Kameruni batwara ibiziga vy'abahitanwe n'ibitero vy'abiyahuzi

Abantu bashika indwi barapfuye abandi batari bake barakomereka inyuma y’ibitero bibiri vy’abiyahuzi vyabereye mu gace ka Kolofata, kari mu buraruko bwa Kameruni, agace kama kabereyemwo ibitero vy’umuhari w’iterabwoba wa Boko Haram.

Ivyo bitero vyemejwe n’umwe mu bategetsi ba Kameruni atashimye ko izina ryiwe rigaragara.

Igitigiri kanuni c’abahasize ubuzima ntikiratangazwa, ariko bashobora kuba bashika icenda n’abandi barenga 30 bakomeretse.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG