Uko wahagera

BURUNDI: Intwazangabo 23 Zakuwe mu Gisirikare


Abasirikare bo mu rwego rw'intwazangabo 23 harimwo intwazangabo zo mu rwego rwo hejuru baherutse kwirukanwa n'itegeko ry'umukuru w'igihugu.

Umuvugizi w’umukuru w’igihugu, Jean Claude Karerwa Ndenzako asigura ko bose bari bagiye kunonosora ivyigwa mu bihugu vy’Ububiligi, Ubufaransa na Canada.

Baroyeyo hagati y’umwaka w’I 2005 n’uw’I 2008 bakaba bategerezwa gutahuka mu Burundi imbere y’uko umwaka w’I 2015 urangira.

Ibindi kur’iyi nkuru tubishikirizwa na mugenzi Eloge Willy kaneza i Bujumbura mu Burundi

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:21 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG