Uko wahagera

Burundi: Imyaka ibiri guhirika ubutegetsi biburiyemo

Kuri uyu wa gatandatu, leta y’Uburundi yakoresheje imyigaragambyo mu ntara zose z’igihugu mu rwego rwo kwibuka imyaka ibiri ishize haburijwemwo ihirikwa ry'ubutegetsi. Mu murwa mukuru Bujumbura, umunyamakuru w’Ijwi ry’Amerika Eloge Willy Kaneza yayikozeho iyi nkuru.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:58 0:00

This item is part of
XS
SM
MD
LG