Uko wahagera

Umuntu 1 Yishwe Acumiswe Imbugita muri Texas


.
.

Umuntu umwe yarapfuye abandi batari bake barakomereka bacumiswe imbugita mukigo ca kaminuza ya Texas, mubumakuko bwa Reta zunze ubumwe z’Amerika kur’uyu wa mbere.

Igipolisi co mugisagara ca Austin, ari naho hari iyo kaminuza kivuga ko umunyeshure w’imyaka 21 yabikoze ari mu minwe y’ubutungane, ariko ntacatangajwe kucatumye akora iryo bara.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG