Uko wahagera

Yemeni: Isanganya ry'Indege Ryahitanye Abasirikare 12 ba Arabiya Sawudite


Abasirikare 12 ba Arabiya Sawudite bapfuye kur’uyu wa kabiri mw’isanganya rya kajugujugu ya gisirikare muri Yemeni. Ivyo vyamenyeshejwe n’urunani mpuzamakungu ruriko rurwanira mur’ico gihugu.

Ayo makuru avuga ko iyo kajugujugu yakorokeye mu ntara ya Marib, mu buseruko bwa Sanaa. Gushik’ubu icatumye iyo ndege ikoroka ntikiratangazwa

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG