Uko wahagera

Ikipe AC Milan Yagurishijwe


AC Milan

Umurwi w’umupira w’amaguru AC Milan, w’Ubutaliyano wagurishijwe kur’uyu wa kane kw’ishirahamwe, Rossoneri Sport Investment Lux, ry’abanyemari b’abashinwa kumiliyoni 740 z’amafaranga y’abanyabulaya.

Rossoneri Sport Investment Lux, nico kigo cayiguze nkuko vyashikirijwe n’ikigo Fininvest, ca Silvio Berlusconi uwo murwi wahora wegukiye.

Silvio Berlusconi yahoze ar’umushikiranganji wa mbere w’Ubutaliyano, yarongoye AC Milan ikiringo c’imyaka 31 aho uwo murwi washoboye gutsindira ibikombe 29.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG