Abantu bashika indwi bapfuye inyuma y’aho imodokayari yuzuye ibisasu iturikiye hanze y’inzu y’uburiro i Mogadishu, k’umurwa mukuru wa Somaliya kur’uyu wa gatatu.
Iyo nzu y’uburiro yari hafi y’inyubakwa ikoreramwo ubushikiranganji bw’umutekano, urwaruka hamwe n’ubw’inkino.
Ntamuhari numwe uriyitirira ico gitero, ariko umuhari w’iterabwoba wa al-Shabab waragavye ibitero nk’ivyo muri kahise.
Facebook Forum