Uko wahagera

Iraki: Abiyahuzi Barishe 26 i Baghdad


Hajaj, Iraq
Hajaj, Iraq

Muri Iraki abantu 26 barapfuye abandi barenga cumi barakomereka inyuma y’aho abiyahuzi babiri baturikije ibisasu ahariko habera ubugeni mu buraruko bwa Baghdad kur’uyu wa gatatu.

Ico gitero cabereye ahitwa al-Hajaj, hafi y’igisagara ca Tikrit.
Nta n’umwe ariyitirira ico gitero, ariko umuhari wa Reta ya Kiyisilamu niwo wigeze kugaba ibitero nk’ivyo kubasivile no kubajejwe umutekano muri kahise.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG