Uko wahagera

Amafoto: Perezida Trump Yasuye Inzu Ndagamurage y'Abirabura

Perezida wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika, Donald Trump, yagendeye inyubakwa ndangamico n’amateka y’abirabure bo muri Amerika, mu gisagara ca Washington DC.

Voma ibindi

XS
SM
MD
LG