Uko wahagera

Australiya: Batanu Bapfuye mw'Isanganya ry'Indege

Ibisigarira vy'Indege yakorotse kukibuga c'indege c' i Essendon mugisagara ca Melbourne, muri Australiya, italiki 21 ukwezi kwa Kabiri, 2017.
Ibisigarira vy'Indege yakorotse kukibuga c'indege c' i Essendon mugisagara ca Melbourne, muri Australiya, italiki 21 ukwezi kwa Kabiri, 2017.

Abategetsi mugisagara ca Melbourne, muri Australiya batangaza ko abantu batanu bapfuye inyuma y’aho indege ntoyi barimwo ikorotse haheze umwanya muto ihagurutse kur’uyu wa kabiri. Iyo ndege bivugwa ko yagize ingorane mu buhinga bw’ivyuma.

Umutegetsi wa deparotema ya reta y’Amerika yemeje ko abanyamerika bane bari mur’iyo ndege kandi bapfuye. Yahojeje imiryango hamwe n’abakunzi b’abasize ubuzima mur’iryo sanganya.

XS
SM
MD
LG