Uko wahagera

Afrika y’ubuseruko kugondoza Pereza Petero Nkurunziza kugira yitabe ibiganiro

Ibiganiro bihuza Abarundi birabandanya i Arusha muri Tanzania ku munsi wavyo ugira gatatu kuri uyu wa gatandatu. Abanyepolitike bahaye umuhuza inzira zitandukanye babona ko zikwiye kugira amahoro n’umutekano bisasagare. Umugwi w’abahoze batwara Uburundi ushiriza reta yohagarika ubwicanyi igutahukana impunzi. Ikindi ni uko abakuru b’ibihugu vy’akarere ka Afrika y’ubuseruko bogondoza Pereza Petero Nkurunziza akitaba ibiganiro atagisabwe

Voma ibindi

XS
SM
MD
LG