Uko wahagera

Afrika y’ubuseruko kugondoza Perezida Petero Nkurunziza kugira yitabe ibiganiro


Ibiganiro bihuza Abarundi birabandanya i Arusha muri Tanzania ku munsi wavyo ugira gatatu kuri uyu wa gatandatu. Abanyepolitike bahaye umuhuza inzira zitandukanye babona ko zikwiye kugira amahoro n’umutekano bisasagare.

Umugwi w’abahoze batwara Uburundi ushiriza reta yohagarika ubwicanyi igatahukana impunzi. Ikindi ni uko abakuru b’ibihugu vy’akarere ka Afrika y’ubuseruko bogondoza Perezida Petero Nkurunziza akitaba ibiganiro atagisabwe.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika i Arusha Pierre-Claver Niyonkuru ni we utugezaho iyi nkuru.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:24 0:00

XS
SM
MD
LG