Uko wahagera

Abarundi Biyamirije Raporo za ONU


Leta y’Uburundi iriyamiriza icegeranyo c’umurwi wa ONU co kw’igenekerezo rya 6 kuno kwezi kwa kabiri kivuga ko mu Burundi hari ihonyangwa rikabije ry’agateka ka zina muntu.

Biri mw’itangazo ryashikirijwe kur’uno wa gatandatu mu myiyerekano yo kwiyamiriza ibiri mur’ico cegeranyo yatunganijwe mu gisagara ca Bujumbura.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika mu Burundi Evariste Nzikobanyanka ni we yakurikiranye iyi nkuru.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:40 0:00

XS
SM
MD
LG