Uko wahagera

Bururi: Abigeme kw'Isonga n'Inda z'Indaro


Abigeme b'abanyeshure m'U Burundi

Kuba kure y’iwabo ku bigeme biga mu ntara ya Bururi m'U Burundi, komine ya Bururi, muri zone Gasanda biri mu bituma batwara inda z’indaro. Ako gace ko mu ntara ya Bururi kaza kw'isonga mu bijanye n'inda z'indaro ku bigeme.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, Fidélité ISHATSE, niyo nkuru adufitiye:

please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:04:24 0:00

XS
SM
MD
LG