Uko wahagera

Amasasu kw’Ikambi ya Gisirikare ya Muyinga


Abapolisi ba Reta y'Uburundi

Amasasu menshi cane yaraye yumvikanye mu gisagara ca Muyinga. Ayo masasu yavugiye mu micungararo y’ikambi y’igisirikare yubatswe muri ico gisagara, yatumye abanyagihugu bazindukana ubwoba.Inyuma y’aho,abanyagihugu baganiriye n’Ijwi ry’Amerika bemeza ko ubuzima bwabandanije uko bisanzwe. Ariko hari n’abavuga ko imirimo yabo yahungabanye gatoya

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:53 0:00

XS
SM
MD
LG