Uko wahagera

Burundi: Denise Nkurunziza Asaba Abarundi Guhana Imbabazi


Denise Nkurunziza, Umutambukanyi wa Perezida Pierre Nkurunziza

Muri ibi bihe bisozera umwaka w’2016, Denise Nkurunziza umutambukanyi w’umukuru w’igihugu c’Uburundi yipfuriza Noheli nziza n’umwaka musha muhire abarundi bose.

Mur'iki gihe havugwa ubukene bwinshi mubanyagihugu abasaba kwihangana no gusabikanya.

Asaba kandi abanyagihugu guharira kuvyaha bagiriraniye mubihe biheze vyaranzwe n’umutekano muke mugihugu.

Denise yongeye ahamagara abahunze igihugu gutaha, abamenyesha yuko hari amahoro n’umutekano mu gihugu cabibarutse.

Hari mu kiganiro n’umumenyeshamakuru w’ijwi rya Amerika Auriane Itangishaka kuri uno musi wa gatanu itariki ya 23/12/16.

please wait

No media source currently available

0:00 0:09:33 0:00

XS
SM
MD
LG