Uko wahagera

Somaliya: Abashika 20 Barishwe hafi y'ikivuko c'i Mogadishu


 
 

Abantu bashika 20 barapfuye abandi batari bake barakometswa na bombe yatezwe mu modoka hafi y'ikivuko c’I Mogadishu muri Somaliya kur'uyu w’Imana.

Umugwi w’iterabwoba wa al-Shabab watangaje ko ariwo wakoze ico gitero cabereye muri parking y’imiduga hafi y’urwinjiriro rw’ico kivuko, conona ibitari bike hafi y’ako karere.

Abdifitah Omar Halane, umuvugizi w’akarere k’intara ya Mogadishu yabwiye Ijwi ry’Amerika ko benshi mu bapfuye ar’abasivile.

XS
SM
MD
LG