Uko wahagera

Uburundi Bwibutse Imyaka 23 Iheze Perezida Melchior Ndadaye Agandaguwe

Uburundi bwibutse kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 21.10.2016,
imyaka 23 iheze perezida Melchior Ndadaye agandaguwe. Ubu igihugu
kimufata nk'incungu ya demokarasi.

Ehe ingene vyari vyifashe ku ntatemwa yiwe aha mugisagara ca Bujumbura
mu birori vyatewe iteka n'umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza.

Voma ibindi

XS
SM
MD
LG