Uko wahagera

Imodoka y'Umwiyahuzi i Mogadishu Yishe Abantu 3


Ikarata ya Mogadishu
Ikarata ya Mogadishu

Abategetsi ba Somaliya batangaje ko abantu batatu bapfuye abandi bane barakomereka bahitanwe n’imodoka yar’itezwemwo igisasu hanze y’iduka ry'amapine I Mogadishu k’umurwa mukuru wa Somaliya ku musi w’Imana.

Umumenyeshamakuru w’ijwi ry’Amerika muri Somaliya yatangaje ko umwiyahuzi yariko atwara iyo modoka, akekwa kuba uwo mu muhari w’iterabwoba al-Shabab nawe nyene yapfuye.

Gushik’ubu nta murwi n’umwe uriyitirira ico gitero.

XS
SM
MD
LG