Uko wahagera

Igihuhusi Matthew Kirabandanya Kwiha Inkumbi


Igihuhusi Matthew Kirabandanya Kwiha Inkumbi
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:01:38 0:00

igihuhusi Matthew kibandanya kigira ingufu. Kur'uyu wa kane kiriko gitumbera mw'izinga rya Bahamas hanyuma kibandanye muri Reta ya Florida iri muri Leta Zunze Ubumwe z'Amerika. Abantu 26 barapfuye muri Haiti.

XS
SM
MD
LG