Uko wahagera

Itohoza kw'Ityozwa ry'Agateka ka Muntu Mu Burundi


Akanama k’ishami ry’ishirahamwe mpuzamamkungu O-N-U kajejwe agateka ka muntu kemeje, i Geneve, ingingo ishiraho umurwi ujejwe itohoza kw’ityozwa ry’agateka ka muntu mu Burundi.

Uwuserukira Reta Zunze Ubumwe za Amerika muri ako kanama, Ambasaderi, Keith Harper, yatangaje ku rubuga Twitter, Ko Reta Zunze Ubumwe za Amerika zakiye neza iyo ngingo ikomeye y’ugushiraho bidatevye umurwi ujejwe itohoza ku Burundi.

Atangaza kw’ubwicanyi butegerezwa guhagarara mu gihugu.

XS
SM
MD
LG