Uko wahagera

USA: Abanyamerika Baruguruye ikigo Ndangamico k'Abirabure


K’umusi wa gatandatu igenekarezo rya 24 uku kwezi kwa cenda muri leta zunze ubumwe z’amerika haruguruwe k’umugaragaro inyubakwa iranga akaranga n’imico y’abanyamerika b’urukoba rwirabura. Ivyo birori vyitabwe n’abanyamerika baatari bake. Kurikirane uko vyagenze muncamake

XS
SM
MD
LG