Uko wahagera

Burundi: Imyiyerekano Yiyamiriza Icegeranyo ca ONU I Bujumbura


Imyiyerekano Yiyamiriza Icegeranyo ca ONU I Bujumbura
Imyiyerekano Yiyamiriza Icegeranyo ca ONU I Bujumbura

Abantu bashika ibihumbi bitanu bagize imyiyerekano ku mugwa mukuru Bujumbura biyamiriza icegeranyo c'abahinga ba ONU baherutse kivuga ko hashobora kuba ihonyabwoko mu Burundi.

Iyo myiyerekano yari yatumweko na Leta y’Uburundi. Mu bayitavye harimwo n’abashingamateka n’abakenguzamateka. Leta isaba abanyagihugu kutemera ico cegeranyo nayo abahinga bagikoze bahamagarirwa gusaba imbabazi abarundi.

Abiyamirizwa s’abo bahinga bonyene. Harimwo n’abandi nk’indongozi z’urunani CNARED rutavuga rumwe n’ubutegetsi.

Ibindi twumvirize umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika I Bujumbura, Eloge Willy Kaneza.

please wait

No media source currently available

0:00 0:05:09 0:00

XS
SM
MD
LG