Uko wahagera

USA: Ikigo Kiranga Kahise n’Imico y’Abanyamerika b’Abirabure Cuguruwe

Muri Leta zunze ubumwe z’Amerika, huguruwe kur’uyu wa gatandatu italiki ya 24 z’ukwezi kwa cenda umwaka w’2016 ikigo ndangakaranga kigaragaza kahise n’imico vy’abanyamerika bafise urukoba rwirabura.


Voma ibindi

XS
SM
MD
LG