Uko wahagera

Washington DC: Igipolisi Kiriko Gitohoza Imodoka Yikekwako Irimwo Bombe


Inyubakwa y'inama nshingamateka ya Amerika, i Washington DC
Inyubakwa y'inama nshingamateka ya Amerika, i Washington DC

Igipolisi mu gisagara ca Washington DC, kiriko kiratohoza amakuru yerekeye imodoka ishobora kuba irimwo bombe, ihagaze hafi y’inyubakwa y’inama nshingamateka ya Amerika.

Nta birenga aho vyamenyekanye buno nyene.

Igipolisi n’abajejwe umutekano bazibiye amabarabara hafi y’aho iyo modoka iri, hafi y’icicaro gikuru ca Radiyo Ijwi rya Amerika.

XS
SM
MD
LG