Uko wahagera

Burundi: Imyiyerekano Irwanya Icegeranyo Ca ONU

Abantu bagera kw'ijana bagize imyiyerakano imbere y'ibiro vya ONU i Bujumbura biyamiriza icegeranyo c'abahinga ba ONU giherutse gusohoka. Ico cegeranyo kivuga ko hashobora kuba ihonyabwoko mu Burundi.

XS
SM
MD
LG