Uko wahagera

BURUNDI: Uruhara Rw’abafasoni Mu gutsimbataza Amahoro


Pascasie Minani
Pascasie Minani

Uruhara rw’umupfasoni mu kwubaka igihugu, hamwe n’ugutsimbataza ubumwe mu muryango, n’uruhara ruhambaye cane. Ariko urwo ruhara rugira akamaro mu gihe igihugu kirangwamwo amahoro n’umutekano

Yamara nk’uko vyigaragaje kuva Uburundi buronse intahe yo kwikukira, ayo mahoro n’umutekano, vyagiye biramara igihe gito cane.

Mbega uruhara rw’abapfasoni mu kugarukana amahoro mu Burundi, mur’iki gihe abagabo b’abanyapolitike barabana ay’ingwe rwoba uruhe?

Ibintu abapfasoni babona ko bikwiye gushirwa imbere mu ntumbero yo gusubira kunywanisha abarundi n’ibihe?

Mushobora kwumviriza ikiganiro twagiranye na Professeur Marie Louise Baricako hamwe na Pascasie Minani, ariko aranonosora ivyigwa vyo mu rwego rwa Doctorat mu gihugu ca Canada.

please wait

No media source currently available

0:00 0:52:04 0:00

XS
SM
MD
LG