Uko wahagera

UGANDA: Museveni Yarabonanye n’Abahoze Batwara Uburundi

Perezida w’igihugu c’Ubuganda, Yoweri Museveni yarabonanye n’abategetsi batatu bahoze barongoye Uburundi.

Museveni yarakiriye mur’iyi ndwi Pierre Buyoya, Domitien Ndayizeye hamwe na Sylvestre Ntibantunganya, bose bahoze batwa Uburundi.

Mu kiganro yahaye iradiyo Ijwi rya Amerika, Ntibantunganya yavuze kw’inama bagize n’umuhuza, Museveni, yariko yihweza ukuntu ibiganiro bihuza Abarundi vyokwihuta kurusha.

please wait

No media source currently available

0:00 0:05:08 0:00

This item is part of
XS
SM
MD
LG