Uko wahagera

Abanyeshure mu Rumonge Barengutse muri Sentare


Uburundi kw'ikarata
Uburundi kw'ikarata

Abanyeshure indwi bo mu ntara ya Rumonge mu bumanuko bw'Uburundi, barengutse imbere ya sentare nkuru y iyo ntara, kuri uyu wa gatatu.

Abo banyeshure bagirizwa gusibanganya amashusho y'umukuru w'igihugu ari mu bitabu vy'ishure.

Abashingwamanza babo basavye ko borekurwa kubera ko icariho c'umushikirizanza wa Repubulika atavyemezo bikwiye yerekanye.

Umumenyeshamakuru Fidelite Ishatse w'Ijwi ry'Amerika yakurikiranye uru rubanza muri sentare ya Rumonge

please wait

No media source currently available

0:00 0:02:29 0:00

XS
SM
MD
LG