Uko wahagera

Burundi: Banse Guharikwa


Abakenyezi ba Kirundo
Abakenyezi ba Kirundo

Abakenyezi bo muri komini ya Kinyinya, intara ya Ruyigi, mu buseruko bw’Uburundi, bafashe ingingo yo kwanka guharikwa. Iyo hagize mugenzi wabo aharikwa, bava hirya no hino ku mitumba bakaza kwugarizza gushika umugore mushasha agiye hagasubizwa mu gateka umugore mukuru. Umviriza inkuru

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:17 0:00


XS
SM
MD
LG