Uko wahagera

CNARED: Frederic Bamvuginyumvira Yasezeye


Frederic Bamvuginyumvira yigeze kuba icegera c’umukuru w’igihugu, akaba mur’iki gihe yar’ajejwe amabanga akomeye mu runani ruharanira iyubahirizwa ry’amasezerano y’I Arusha hamwe na Demokrasi, yaratanze imihoho mur’ayo mabanga.

Bamvuginyumvira avuga kw’akiri mur’urwo runani naho yashikiirije amabanga yahora ajejwe.

Avuga ko yamenyesheje umugambwe wiwe kugira ngo ugene uwundi mutegetsi azomusubirira mur’ayo mabanga yar’afise muri CNARED.

Aratangura avuga icatumye afata iyo ngingo:

Tumutege amatwi:

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:32 0:00

XS
SM
MD
LG